-
Abacamanza 6:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Wa mumarayika w’Imana y’ukuri amubwira ati: «Fata izo nyama n’iyo mikate ubishire kuri kirya gitandara hanyuma usukeko uwo mufa.» Gideyoni aca arabigira.
-