Abacamanza 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Gideyoni aca aratahura ko yari umumarayika wa Yehova+. Maze avuga ati: «Ndagowe Mukama Segaba Yehova, kuko mbonye umumarayika wawe amaso mu yandi+, ewe Yehova!»
22 Gideyoni aca aratahura ko yari umumarayika wa Yehova+. Maze avuga ati: «Ndagowe Mukama Segaba Yehova, kuko mbonye umumarayika wawe amaso mu yandi+, ewe Yehova!»