-
Abacamanza 6:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Gideyoni atora rero abagabo cumi mu basuku biwe maze akora nk’uko Yehova yamubwiye. Mugabo abikora mw’ijoro aho kubikora ku murango kuko yatinya cane abo mu rugo rwa se n’abagabo bo mu gisagara.
-