-
Abacamanza 6:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 Nya bagabo bo mu gisagara rero babwira Yowasi bati: «Sohora umuhungu wawe tumwice, kuko yasituriye hasi ca gicaniro ca Bayali, akongera akicira ya nkingi nyeranda yari iruhande yaco.»
-