-
Abacamanza 6:38Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 Ukwo nyene ni ko vyagenze. Avyutse kare ku musi ukurikira maze agakanya nya bwoya, havamwo amazi y’urume yokwuzura ibakure nini y’inzimano.
-