-
Abacamanza 6:39Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Ariko Gideyoni abwira Imana y’ukuri ati: «Ndagusavye ntunshavurire, mbaze rindi rimwe gusa. Nkundira ngerageze ikindi kintu kimwe gusa nkoresheje ubu bwoya. Ndagusavye ubwoya bwonyene bube ari bwo bwuma mugabo hasi huzure urume.»
-