Abacamanza 9:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Baca baha Abimeleki ifeza 70 bakuye mu rusengero* rwa Bayali-Beriti+, na we ayaha abagabo batagira ico bakora kandi batisonera kugira bamukurikire.
4 Baca baha Abimeleki ifeza 70 bakuye mu rusengero* rwa Bayali-Beriti+, na we ayaha abagabo batagira ico bakora kandi batisonera kugira bamukurikire.