Abacamanza 11:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umwami w’Abamoni aca yishura izo ntumwa za Yefuta ati: «Nje kugutera kubera ko igihe Abisirayeli bava mu Misiri batwaye igihugu canje+, kuva ku ruzi Arunoni+ gushika ku ruzi Yaboki no kuri Yorodani+. Nuhansubize rero ku neza.»
13 Umwami w’Abamoni aca yishura izo ntumwa za Yefuta ati: «Nje kugutera kubera ko igihe Abisirayeli bava mu Misiri batwaye igihugu canje+, kuva ku ruzi Arunoni+ gushika ku ruzi Yaboki no kuri Yorodani+. Nuhansubize rero ku neza.»