Abacamanza 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mugabo yambwiye ati: “Umve, uzosama inda uvyare umuhungu. Ntuze unywe umuvinyu canke inzoga n’imwe, kandi ntuze urye ikintu na kimwe gihumanye. Kuko uwo mwana azoba Umunaziri w’Imana kuva akivuka* gushika arinde apfa.”»
7 Mugabo yambwiye ati: “Umve, uzosama inda uvyare umuhungu. Ntuze unywe umuvinyu canke inzoga n’imwe, kandi ntuze urye ikintu na kimwe gihumanye. Kuko uwo mwana azoba Umunaziri w’Imana kuva akivuka* gushika arinde apfa.”»