Abacamanza 13:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Manowa aca abwira uwo mumarayika wa Yehova ati: «Turagusavye urindire tugutegurire umwagazi w’impene+.»
15 Manowa aca abwira uwo mumarayika wa Yehova ati: «Turagusavye urindire tugutegurire umwagazi w’impene+.»