-
Abacamanza 13:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Mugabo nya mumarayika wa Yehova amubwira ati: «Naho norindira, imfungurwa zawe ntazo ndya. Mugabo nimba ushaka guha Yehova ishikanwa riturirwa, rimuhe.» Manowa ntiyari azi ko ari umumarayika wa Yehova.
-