-
Abacamanza 13:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Urubeya ruriko ruraduga mw’ijuru ruvuye ku gicaniro, nya mumarayika wa Yehova aca arudugamwo Manowa n’umugore wiwe barorera. Baca barunama, mu maso habo hashika hasi.
-