Abacamanza 13:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nya mumarayika wa Yehova ntiyasubiye kubonekera Manowa n’umugore wiwe. Manowa aca amenya ko yari umumarayika wa Yehova+.
21 Nya mumarayika wa Yehova ntiyasubiye kubonekera Manowa n’umugore wiwe. Manowa aca amenya ko yari umumarayika wa Yehova+.