Abacamanza 14:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mugabo se na nyina bamubwira bati: «Mbega mu ncuti zacu no mw’ihanga ryacu ryose, wabuze umukobwa woshima+ muko uja kurondera umugore mu Bafilisitiya batagenyerewe*?» Ariko Samusoni abwira se ati: «Numunsabire kuko mbona ko ari we abereye.»
3 Mugabo se na nyina bamubwira bati: «Mbega mu ncuti zacu no mw’ihanga ryacu ryose, wabuze umukobwa woshima+ muko uja kurondera umugore mu Bafilisitiya batagenyerewe*?» Ariko Samusoni abwira se ati: «Numunsabire kuko mbona ko ari we abereye.»