Abacamanza 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Maze abatware b’Abafilisitiya baza iwe, bamubwira bati: «Muhende*+ kugira umenye aho akura izo nkomezi nyinshi afise, n’ingene twomurusha inguvu, tukamuboha tukamunesha. Niwabigira, umwe wese muri twebwe azoguha ifeza 1.100.»
5 Maze abatware b’Abafilisitiya baza iwe, bamubwira bati: «Muhende*+ kugira umenye aho akura izo nkomezi nyinshi afise, n’ingene twomurusha inguvu, tukamuboha tukamunesha. Niwabigira, umwe wese muri twebwe azoguha ifeza 1.100.»