Abacamanza 16:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Amaherezo aramwugurukira, amubwira ati: «Sindigera mobwa kubera ko ndi Umunaziri w’Imana kuva nkivuka*+. Hamwe nomobwa, inkomezi zanje zoca zimvako, nkagira inguvu nk’iz’abandi bose.»
17 Amaherezo aramwugurukira, amubwira ati: «Sindigera mobwa kubera ko ndi Umunaziri w’Imana kuva nkivuka*+. Hamwe nomobwa, inkomezi zanje zoca zimvako, nkagira inguvu nk’iz’abandi bose.»