-
Abacamanza 19:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Umugabo wiwe aca aja kumurondera kugira amuhendahende agaruke mu rugo. Ajana n’umusuku wiwe n’indogobwa zibiri. Maze nya mugore amwinjiza mu nzu kwa se. Se abonye uwo mugabo, aranezerwa.
-