Abacamanza 19:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ariko abo bagabo banka kumwumviriza. Wa mugabo aca afata incoreke yiwe+, ayisohora hanze iyo bari. Uwo mugore bamufata ku nguvu, bamara ijoro ryose bamwonona gushika mu gitondo, baca bamurungika mu mutwenzi.
25 Ariko abo bagabo banka kumwumviriza. Wa mugabo aca afata incoreke yiwe+, ayisohora hanze iyo bari. Uwo mugore bamufata ku nguvu, bamara ijoro ryose bamwonona gushika mu gitondo, baca bamurungika mu mutwenzi.