Abacamanza 19:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Hakiri kare mu gitondo, wa mugore araza agwa imbere y’umuryango w’inzu ya wa mutama, aho umugabo wiwe* yari. Aguma arambaraye ng’aho gushika bukeye.
26 Hakiri kare mu gitondo, wa mugore araza agwa imbere y’umuryango w’inzu ya wa mutama, aho umugabo wiwe* yari. Aguma arambaraye ng’aho gushika bukeye.