Abacamanza 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nuko mw’ijoro ababa* i Gibeya barampagurukira, bakikuza inzu narimwo. Ni je bashaka kwica, mugabo baciye bafata ku nguvu incoreke yanje maze arapfa+.
5 Nuko mw’ijoro ababa* i Gibeya barampagurukira, bakikuza inzu narimwo. Ni je bashaka kwica, mugabo baciye bafata ku nguvu incoreke yanje maze arapfa+.