Abacamanza 20:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ababenyamini baca bava i Gibeya kugira batane mu mitwe na bo kuri uwo musi ugira kabiri. Bica abandi Bisirayeli 18.000+ barwanisha inkota.
25 Ababenyamini baca bava i Gibeya kugira batane mu mitwe na bo kuri uwo musi ugira kabiri. Bica abandi Bisirayeli 18.000+ barwanisha inkota.