Abacamanza 20:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Ariko igihe Ababenyamini babona Abisirayeli bahunze, biyumviriye ko baza kubatsinda+. Mugabo Abisirayeli bari bahunze kubera ko bari bizigiye abasoda babo bari banyegeye ngo batere i Gibeya+.
36 Ariko igihe Ababenyamini babona Abisirayeli bahunze, biyumviriye ko baza kubatsinda+. Mugabo Abisirayeli bari bahunze kubera ko bari bizigiye abasoda babo bari banyegeye ngo batere i Gibeya+.