Abacamanza 21:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ku musi ukurikira, abantu bavyuka kare bahubaka igicaniro ngo bashikanire Imana amashikanwa aturirwa n’ayo gusangira+.
4 Ku musi ukurikira, abantu bavyuka kare bahubaka igicaniro ngo bashikanire Imana amashikanwa aturirwa n’ayo gusangira+.