-
Rusi 2:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Ako kanya nyene Bowazi yaciye ashika avuye i Betelehemu maze abwira abimbuzi ati: «Yehova abane namwe!» Na bo bamwishura bati: «Yehova aguhezagire!»
-