Rusi 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Maze Rusi Umunyamowabukazi yongerako ati: «Yambwiye kandi ati: “Uragumana n’abakozi banje, gushika bahejeje kwimbura imirima yanje yose+.”»
21 Maze Rusi Umunyamowabukazi yongerako ati: «Yambwiye kandi ati: “Uragumana n’abakozi banje, gushika bahejeje kwimbura imirima yanje yose+.”»