-
Rusi 3:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Ico gihe Bowazi yariko ararya, anywa, kandi yari anezerewe. Yahavuye aja kuryama iruhande y’ikirundo c’intete. Hanyuma Rusi arasoboka, amupfukura ku birenge araheza araryama.
-