29 Kubera iki none musuzugura ibimazi n’amashikanwa nategetse ko banshikanira ku nzu yanje+? Kubera iki uguma utera iteka abahungu bawe kunduta, mukaguma mwirira ibipande vyiza cane vy’amashikanwa yose abantu banje b’Abisirayeli batanga, mukivyibuhira+?