1 Samweli 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umusi umwe, Eli yari aryamye aho yama aryama. Amaso yiwe yari yatanguye guhuma, atakibona neza+.