1 Samweli 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nya musuku amwishura ati: «Ehe mfise ica kane ca shekeli* y’ifeza. Ndaza kugiha uwo muntu w’Imana y’ukuri, aheze atubwire inzira twojana.»
8 Nya musuku amwishura ati: «Ehe mfise ica kane ca shekeli* y’ifeza. Ndaza kugiha uwo muntu w’Imana y’ukuri, aheze atubwire inzira twojana.»