1 Samweli 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yakobo yaragiye mu Misiri+. Mu nyuma ba sogokuruza banyu batangura gutabaza Yehova+, maze Yehova arungika Musa+ na Aroni kugira bakure ba sogokuruza banyu mu Misiri ngo baze kuba muri iki gihugu+.
8 Yakobo yaragiye mu Misiri+. Mu nyuma ba sogokuruza banyu batangura gutabaza Yehova+, maze Yehova arungika Musa+ na Aroni kugira bakure ba sogokuruza banyu mu Misiri ngo baze kuba muri iki gihugu+.