1 Samweli 13:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abagabo bo muri Isirayeli babona ko bageze habi, kuko bari basugerejwe cane. Nuko baja kwinyegeza mu masenga+, mu myobo, mu bitandara, mu bibanza vyo mu kuzimu no mu binogo babikamwo amazi.
6 Abagabo bo muri Isirayeli babona ko bageze habi, kuko bari basugerejwe cane. Nuko baja kwinyegeza mu masenga+, mu myobo, mu bitandara, mu bibanza vyo mu kuzimu no mu binogo babikamwo amazi.