1 Samweli 13:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Sawuli n’umuhungu wiwe Yonatani n’abantu bari bakiri kumwe na bo, baguma i Geba+ mu karere ka Benyamini. Nayo Abafilisitiya bari bakambitse i Mikimashi+.
16 Sawuli n’umuhungu wiwe Yonatani n’abantu bari bakiri kumwe na bo, baguma i Geba+ mu karere ka Benyamini. Nayo Abafilisitiya bari bakambitse i Mikimashi+.