-
1 Samweli 13:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Imigwi itatu y’abasoda yarava mw’ikambi y’Abafilisitiya, ikaja gutera Abisirayeli. Umwe wafata inzira ija i Ofura yerekeza mu karere ka Shuwali.
-