1 Samweli 14:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Sawuli yari akambitse hafi y’urubibe rwa Gibeya+, munsi y’igiti c’ikomamanga kiri i Miguroni. Yari kumwe n’abasoda nka 600+.
2 Sawuli yari akambitse hafi y’urubibe rwa Gibeya+, munsi y’igiti c’ikomamanga kiri i Miguroni. Yari kumwe n’abasoda nka 600+.