1 Samweli 14:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Sawuli aca abwira Yehova ati: «Ewe Mana ya Isirayeli, nutwishure biciye kuri Tumimu*+!» Maze Yonatani na Sawuli barafatwa, abandi na bo barera.
41 Sawuli aca abwira Yehova ati: «Ewe Mana ya Isirayeli, nutwishure biciye kuri Tumimu*+!» Maze Yonatani na Sawuli barafatwa, abandi na bo barera.