1 Samweli 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uze utumire Yese kuri nya kimazi. Nzoheza ndakumenyeshe ico ukwiye gukora. Uze undobanurize amavuta* uwo nzokwereka+.»
3 Uze utumire Yese kuri nya kimazi. Nzoheza ndakumenyeshe ico ukwiye gukora. Uze undobanurize amavuta* uwo nzokwereka+.»