1 Samweli 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Uruti rw’icumu ryiwe rwangana n’igiti abajisha impuzu bazingirako inyuzi+, icuma caryo na co kigapima shekeli 600*. Uwamutwaza inkinzo yagendera imbere yiwe. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:7 Umunara w’Inderetsi,15/5/2006, rup. 9
7 Uruti rw’icumu ryiwe rwangana n’igiti abajisha impuzu bazingirako inyuzi+, icuma caryo na co kigapima shekeli 600*. Uwamutwaza inkinzo yagendera imbere yiwe.