1 Samweli 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ku musi ukurikira, Imana irareka ivyiyumviro bibi biza mu mutima wa Sawuli+, atangura kwifata ukuntu* ari mu nzu. Dawidi yariko avuza inanga+ nk’uko yama, Sawuli na we afashe icumu mu kuboko+.
10 Ku musi ukurikira, Imana irareka ivyiyumviro bibi biza mu mutima wa Sawuli+, atangura kwifata ukuntu* ari mu nzu. Dawidi yariko avuza inanga+ nk’uko yama, Sawuli na we afashe icumu mu kuboko+.