1 Samweli 19:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kubera ko Yonatani umuhungu wa Sawuli yakunda cane Dawidi+, amubwira ati: «Dawe Sawuli ashaka kukwicisha. Ndagusavye uzobe maso ejo mu gitondo. Uzorabe ahantu winyegeza, ugumeyo.
2 Kubera ko Yonatani umuhungu wa Sawuli yakunda cane Dawidi+, amubwira ati: «Dawe Sawuli ashaka kukwicisha. Ndagusavye uzobe maso ejo mu gitondo. Uzorabe ahantu winyegeza, ugumeyo.