-
1 Samweli 19:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Sawuli amutera icumu kugira amutobekeranye n’uruhome, mugabo Dawidi arazibukira, iryo cumu ryinjira mu ruhome. Muri iryo joro Dawidi aca arahunga.
-