-
1 Samweli 19:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Babibwiye Sawuli, ubwo nyene aca arungika izindi ntumwa, na zo nyene zitangura kwigenza nk’abahanuzi. Araheza arungika umugwi ugira gatatu w’intumwa, na zo nyene zitangura kwigenza nk’abahanuzi.
-