1 Samweli 20:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Sawuli aca ashavurira cane Yonatani, amubwira ati: «Wa mwana w’umugore w’umugarariji we! Wibaza ko ntazi yuko wahisemwo gushigikira mwene Yese? Uriko urimaramaza, umaramaza na nyoko*!
30 Sawuli aca ashavurira cane Yonatani, amubwira ati: «Wa mwana w’umugore w’umugarariji we! Wibaza ko ntazi yuko wahisemwo gushigikira mwene Yese? Uriko urimaramaza, umaramaza na nyoko*!