-
1 Samweli 20:36Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
36 Abwira rero nya musuku wiwe ati: «Ndagusavye wiruke, utore imyampi ngira ndase.» Nya musuku ariruka, maze Yonatani arasa umwampi uramurengana.
-