1 Samweli 20:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Nya musuku agiye, Dawidi aca ava aho yari anyegeye mu micungararo, mu bumanuko bw’aho Yonatani yari. Maze arunama incuro zitatu mu maso hiwe hashika hasi. Baca baragumbirana* bararira, Dawidi aba ari we arira cane.
41 Nya musuku agiye, Dawidi aca ava aho yari anyegeye mu micungararo, mu bumanuko bw’aho Yonatani yari. Maze arunama incuro zitatu mu maso hiwe hashika hasi. Baca baragumbirana* bararira, Dawidi aba ari we arira cane.