1 Samweli 24:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Dawidi akirangiza kumubwira ayo majambo, Sawuli aca avuga ati: «Iryo jwi ni rwawe ga mwananje Dawidi+?» Maze Sawuli atangura kurira araboroga.
16 Dawidi akirangiza kumubwira ayo majambo, Sawuli aca avuga ati: «Iryo jwi ni rwawe ga mwananje Dawidi+?» Maze Sawuli atangura kurira araboroga.