1 Samweli 25:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Ubwo nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi. Avuga ati: «Ndemeye kuba umusukukazi yoza ibirenge+ vy’abasuku ba databuja.» 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:41 Niwigane, rup. 82-83 Umunara w’Inderetsi,1/7/2009, rup. 21
41 Ubwo nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi. Avuga ati: «Ndemeye kuba umusukukazi yoza ibirenge+ vy’abasuku ba databuja.»