1 Samweli 26:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Sawuli aca amenya ijwi rya Dawidi, avuga ati: «Iryo jwi ni rwawe ga mwananje Dawidi+?» Dawidi yishura ati: «Egome mwami.»
17 Sawuli aca amenya ijwi rya Dawidi, avuga ati: «Iryo jwi ni rwawe ga mwananje Dawidi+?» Dawidi yishura ati: «Egome mwami.»