1 Samweli 28:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Samweli yari yarapfuye maze Abisirayeli bose baramuririra, bamuhamba i Rama ca gisagara yabamwo+. Nayo Sawuli yari yaratujije mu gihugu abakora ivyo guhanuza abapfuye* na ba rumenyi+.
3 Samweli yari yarapfuye maze Abisirayeli bose baramuririra, bamuhamba i Rama ca gisagara yabamwo+. Nayo Sawuli yari yaratujije mu gihugu abakora ivyo guhanuza abapfuye* na ba rumenyi+.