1 Samweli 31:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Uwumutwaza ibirwanisho abonye ko Sawuli apfuye+, na we nyene aca afata inkota yiwe ayitako, apfana na we.
5 Uwumutwaza ibirwanisho abonye ko Sawuli apfuye+, na we nyene aca afata inkota yiwe ayitako, apfana na we.