1 Samweli 31:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abisirayeli baba mu kiyaya n’ababa mu karere ka Yorodani, babonye yuko ingabo za Isirayeli zahunze be n’uko Sawuli n’abahungu biwe bapfuye, baca bata ibisagara vyabo barahunga+. Abafilisitiya baraza babibamwo.
7 Abisirayeli baba mu kiyaya n’ababa mu karere ka Yorodani, babonye yuko ingabo za Isirayeli zahunze be n’uko Sawuli n’abahungu biwe bapfuye, baca bata ibisagara vyabo barahunga+. Abafilisitiya baraza babibamwo.